Matayo 13:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Umwana w’umuntu azorungika abamarayika biwe, na bo bazokwegeranya abantu bose* batsitaza abandi n’abantu bose bakora ivy’ubugarariji, babakure mu Bwami bwiwe, Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:41 Umunara w’Inderetsi,15/7/2013, rup. 1215/3/2010, rup. 22
41 Umwana w’umuntu azorungika abamarayika biwe, na bo bazokwegeranya abantu bose* batsitaza abandi n’abantu bose bakora ivy’ubugarariji, babakure mu Bwami bwiwe,