Matayo 13:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’itunga ryanyegejwe mu murima. Umuntu yararyubutseko aca yongera kurinyegeza, maze kubera umunezero, aca aragenda agurisha ivyo afise vyose, agura uwo murima+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:44 Yezu ni inzira, rup. 110-111 Umunara w’Inderetsi,15/12/2014, rup. 10 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 65-66
44 Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’itunga ryanyegejwe mu murima. Umuntu yararyubutseko aca yongera kurinyegeza, maze kubera umunezero, aca aragenda agurisha ivyo afise vyose, agura uwo murima+.
13:44 Yezu ni inzira, rup. 110-111 Umunara w’Inderetsi,15/12/2014, rup. 10 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 65-66