Matayo 13:55 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, benewabo na bo si Yakobo, Yozefu, Simoni na Yuda+? Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:55 Yezu ni inzira, rup. 121 Umunara w’Inderetsi,1/8/2010, rup. 24-26
55 None uyu si umwana wa wa mubaji+? Nyina wiwe ntiyitwa Mariya, benewabo na bo si Yakobo, Yozefu, Simoni na Yuda+?