Matayo 14:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ico gihe ubwato bwari bumaze kugenda nk’imetero amajana* buvuye ku nkengera. Bagenda baranigana n’imikuba, kuko umuyaga waza ubaturutse imbere.
24 Ico gihe ubwato bwari bumaze kugenda nk’imetero amajana* buvuye ku nkengera. Bagenda baranigana n’imikuba, kuko umuyaga waza ubaturutse imbere.