Matayo 14:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Abari mu bwato baca baramwunamira*, bamubwira bati: «Vy’ukuri, uri Umwana w’Imana.»