Matayo 15:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nk’akarorero, Imana yavuze iti: “Tera iteka so wawe na nyoko wawe+.” Yavuze kandi iti: “Uwututse se canke nyina ategerezwa gupfa+.”
4 Nk’akarorero, Imana yavuze iti: “Tera iteka so wawe na nyoko wawe+.” Yavuze kandi iti: “Uwututse se canke nyina ategerezwa gupfa+.”