Matayo 15:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Haza umugore w’Umunyafenisiyakazi wo muri ako karere, arasemerera ati: «Ngirira imbabazi Mukama, Mwana wa Dawidi! Umukobwa wanje ararembejwe n’idayimoni+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:22 Yezu ni inzira, rup. 138 Umunara w’Inderetsi,1/7/1997, rup. 4-5
22 Haza umugore w’Umunyafenisiyakazi wo muri ako karere, arasemerera ati: «Ngirira imbabazi Mukama, Mwana wa Dawidi! Umukobwa wanje ararembejwe n’idayimoni+.»