Matayo 15:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Abantu barumirwa babonye abaragi basubira kuvuga, abacitse ibihimba vy’umubiri bakize, abacumbagira basubira kugendagenda, impumyi zongera kubona, maze baninahaza Imana ya Isirayeli+.
31 Abantu barumirwa babonye abaragi basubira kuvuga, abacitse ibihimba vy’umubiri bakize, abacumbagira basubira kugendagenda, impumyi zongera kubona, maze baninahaza Imana ya Isirayeli+.