Matayo 15:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Yezu ahamagara abigishwa biwe, ababwira ati: «Aba bantu baranteye ikigongwe+, kuko tumaranye imisi itatu kandi ntibagira ico bafungura. Sinshaka kubarungika bashonje*, kuko bohava bagwa mu nzira+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:32 ‘Ingo unkurikire’, rup. 155
32 Yezu ahamagara abigishwa biwe, ababwira ati: «Aba bantu baranteye ikigongwe+, kuko tumaranye imisi itatu kandi ntibagira ico bafungura. Sinshaka kubarungika bashonje*, kuko bohava bagwa mu nzira+.»