Matayo 15:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 afata ya mikate indwi na twa dufi maze ashimira Imana. Hanyuma arabimanyagura, abiha abigishwa biwe, na bo babiha abo bantu+.
36 afata ya mikate indwi na twa dufi maze ashimira Imana. Hanyuma arabimanyagura, abiha abigishwa biwe, na bo babiha abo bantu+.