Matayo 17:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Aca arahinduka ari imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba, impuzu ziwe* na zo zica ibibatsi* nk’umuco+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:2 Umunara w’Inderetsi,1/6/1997, rup. 9, 10-12
2 Aca arahinduka ari imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba, impuzu ziwe* na zo zica ibibatsi* nk’umuco+.