-
Matayo 17:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Petero aca abwira Yezu ati: «Mukama, ni vyiza cane kuba turi ng’aha. Ubishatse, ndashobora kwubaka amahema atatu ng’aha: rimwe ryawe, irindi rya Musa n’irindi rya Eliya.»
-