Matayo 17:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 «Mukama, niwumvire akagongwe umwana wanje. Arwaye intandara kandi araremvye. Ziguma zimuta mu muriro no mu mazi+.
15 «Mukama, niwumvire akagongwe umwana wanje. Arwaye intandara kandi araremvye. Ziguma zimuta mu muriro no mu mazi+.