Matayo 17:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yezu aca akankamira iyo dayimoni, ica iramuvamwo. Ubwo nyene uwo muhungu aca arakira+.