Matayo 17:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Igihe bari bakoraniye hamwe i Galilaya, ni ho Yezu yababwira ati: «Umwana w’umuntu azotangwa mu maboko y’abantu+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:22 Yezu ni inzira, rup. 148
22 Igihe bari bakoraniye hamwe i Galilaya, ni ho Yezu yababwira ati: «Umwana w’umuntu azotangwa mu maboko y’abantu+.