Matayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yavuze ati: “Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.” Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:5 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 42 Be maso!,no. 1 2018 rup. 94/2015, rup. 7
5 Yavuze ati: “Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina, akabana n’umugore wiwe akaramata*, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+.”