Matayo 19:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Hanyuma bamuzanira abana batoyi ngo abarambikeko ibiganza yongere abasengere, ariko abigishwa biwe barabakankamira+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:13 Yezu ni inzira, rup. 222
13 Hanyuma bamuzanira abana batoyi ngo abarambikeko ibiganza yongere abasengere, ariko abigishwa biwe barabakankamira+.