Matayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Maze haza umuntu umwe, amubaza ati: «Mwigisha, ni iciza ikihe nokora kugira nze ndonke ubuzima budahera+?»
16 Maze haza umuntu umwe, amubaza ati: «Mwigisha, ni iciza ikihe nokora kugira nze ndonke ubuzima budahera+?»