Matayo 19:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Ariko benshi mu ba mbere bazoba aba nyuma, aba nyuma na bo babe aba mbere+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:30 Yezu ni inzira, rup. 225-226