Matayo 21:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 bamubwira bati: «Urumva ivyo bariko baravuga?» Yezu abishura ati: «Egome. Mbega ntimurigera musoma ahavuga ngo: “Washize amashemezo mu kanwa k’abana n’abonka+”?» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:16 ‘Ingo unkurikire’, rup. 101-102
16 bamubwira bati: «Urumva ivyo bariko baravuga?» Yezu abishura ati: «Egome. Mbega ntimurigera musoma ahavuga ngo: “Washize amashemezo mu kanwa k’abana n’abonka+”?»