-
Matayo 21:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Ni nde muri abo babiri yakoze ivyo se wiwe agomba?» Bamwishura bati: «Ni uwo wa mbere.» Yezu aca ababwira ati: «Ndababwije ukuri ko abatozakori n’abamaraya bazobatanga kwinjira mu Bwami bw’Imana.
-