Matayo 21:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Kuko Yohani yaje kubereka ibigororotse, ariko ntimwamwemera. Mugabo abatozakori n’abamaraya baramwemeye+. Kandi n’igihe mwabibona, ntimwicujije ngo mumwemere.
32 Kuko Yohani yaje kubereka ibigororotse, ariko ntimwamwemera. Mugabo abatozakori n’abamaraya baramwemeye+. Kandi n’igihe mwabibona, ntimwicujije ngo mumwemere.