Matayo 21:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Umve ikindi kigereranyo: Umuntu umwe yari afise itongo, ariteramwo imizabibu+ hanyuma arikikuza uruzitiro. Yarimvye kandi aho baganira umuvinyu, yubaka n’umunara+. Uwo murima yaciye awusigira* abarimyi, maze afata urugendo aja mu mahanga+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:33 Yezu ni inzira, rup. 246
33 Umve ikindi kigereranyo: Umuntu umwe yari afise itongo, ariteramwo imizabibu+ hanyuma arikikuza uruzitiro. Yarimvye kandi aho baganira umuvinyu, yubaka n’umunara+. Uwo murima yaciye awusigira* abarimyi, maze afata urugendo aja mu mahanga+.