Matayo 22:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Wa mwami aca arashavura, arungika ingabo ziwe maze zica abo bicanyi zongera ziturira igisagara cabo+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:7 Yezu ni inzira, rup. 249
7 Wa mwami aca arashavura, arungika ingabo ziwe maze zica abo bicanyi zongera ziturira igisagara cabo+.