Matayo 22:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 «Mwigisha, Musa yavuze ati: “Umugabo niyapfa ata bana asize, mwenewabo ategerezwa gucura umugore wiwe kugira avyarire abana mwenewabo yapfuye+.”
24 «Mwigisha, Musa yavuze ati: “Umugabo niyapfa ata bana asize, mwenewabo ategerezwa gucura umugore wiwe kugira avyarire abana mwenewabo yapfuye+.”