-
Matayo 22:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Iwacu rero harabayeho abahungu indwi bavukana. Uwa mbere yararongoye hanyuma arapfa. Kubera ko ata kana yasize, umugore wiwe yaciye acurwa na mwenewabo.
-