Matayo 26:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 haza umugore afise agacupa* karimwo amavuta amota neza kandi azimvye cane, atangura kuyasuka ku mutwe wa Yezu igihe yariko arafungura*. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:7 Yezu ni inzira, rup. 236 Umunara w’Inderetsi,1/5/2008, rup. 311/2/2007, rup. 20
7 haza umugore afise agacupa* karimwo amavuta amota neza kandi azimvye cane, atangura kuyasuka ku mutwe wa Yezu igihe yariko arafungura*.