Matayo 26:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Bakiriko barafungura, Yezu atora umukate hanyuma arasenga. Aca arawumanyagura+, awuhereza abigishwa maze ababwira ati: «Akira murye. Uyu mukate ugereranya umubiri wanje+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:26 Umunara w’Inderetsi,15/12/2013, rup. 23, 24-261/4/2008, rup. 27-28
26 Bakiriko barafungura, Yezu atora umukate hanyuma arasenga. Aca arawumanyagura+, awuhereza abigishwa maze ababwira ati: «Akira murye. Uyu mukate ugereranya umubiri wanje+.»