-
Matayo 26:45Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
45 Hanyuma agaruka aho ba bigishwa bari, ababwira ati: «Mbega iki ni igihe co kwisinzirira no kwiruhukira? Ehe isaha irageze yuko Umwana w’umuntu atabwa mu maboko y’abacumuzi.
-