Matayo 26:64 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 64 Yezu amwishura ati: «Wewe ubwawe urabivuze. Ariko ndababwiye ko kuva ubu muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo bw’Imana Nyenububasha*+, aza ku bicu vyo kw’ijuru+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:64 Yezu ni inzira, rup. 287 Umunara w’Inderetsi,1/6/2011, rup. 18
64 Yezu amwishura ati: «Wewe ubwawe urabivuze. Ariko ndababwiye ko kuva ubu muzobona Umwana w’umuntu+ yicaye iburyo bw’Imana Nyenububasha*+, aza ku bicu vyo kw’ijuru+.»