-
Matayo 26:73Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
73 Haciye akanya, abari bahagaze ng’aho baraza babwira Petero bati: «Ni ukuri na wewe uri uwo muri bo. Nakare imvugo yawe iravyerekana.»
-