Matayo 26:75 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 75 Petero aca yibuka ivyo Yezu yari yamubwiye ati: «Imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.» Aca arasohoka hanze, araturikisha ararira. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 26:75 Yezu ni inzira, rup. 288
75 Petero aca yibuka ivyo Yezu yari yamubwiye ati: «Imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.» Aca arasohoka hanze, araturikisha ararira.