Matayo 27:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yezu rero ahagarara imbere ya buramatari, maze buramatari amubaza ati: «Uri Umwami w’Abayuda?» Yezu amwishura ati: «Wewe ubwawe urabivuze+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:11 Yezu ni inzira, rup. 291
11 Yezu rero ahagarara imbere ya buramatari, maze buramatari amubaza ati: «Uri Umwami w’Abayuda?» Yezu amwishura ati: «Wewe ubwawe urabivuze+.»