-
Matayo 27:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Pilato abonye ko ata kivamwo, ahubwo ko barushiriza kugumuka, yakira amazi, ayakarabira imbere y’iryo sinzi maze avuga ati: «Amaraso y’uyu muntu ntamparurweko. Birabasha!»
-