Matayo 27:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Amaherezo, bahejeje kumutwenga, bamwambura wa mutamana, bamwambika impuzu ziwe, baraheza bamujana kumumanika ku giti+.
31 Amaherezo, bahejeje kumutwenga, bamwambura wa mutamana, bamwambika impuzu ziwe, baraheza bamujana kumumanika ku giti+.