Matayo 27:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 bakavuga bati: «Wewe uvuga ngo wosambura urusengero ugaca urwubaka mu misi itatu+, niwikize! Nimba uri umwana w’Imana, manuka uve kuri ico giti co kubabarizwako*+!»
40 bakavuga bati: «Wewe uvuga ngo wosambura urusengero ugaca urwubaka mu misi itatu+, niwikize! Nimba uri umwana w’Imana, manuka uve kuri ico giti co kubabarizwako*+!»