Matayo 27:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Ubwo nyene umwe muri bo aca ariruka atora ipampa*, arijobeka mu muvinyu ukarishe, arishira kw’irenga maze aramuha ngo anywe+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:48 Umunara w’Inderetsi,15/8/2011, rup. 15
48 Ubwo nyene umwe muri bo aca ariruka atora ipampa*, arijobeka mu muvinyu ukarishe, arishira kw’irenga maze aramuha ngo anywe+.