Matayo 27:55 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 55 Ico gihe kandi hariho abagore benshi bariko babirabira kure. Bari baherekeje Yezu bavuye i Galilaya kugira bamwitwararike*+.
55 Ico gihe kandi hariho abagore benshi bariko babirabira kure. Bari baherekeje Yezu bavuye i Galilaya kugira bamwitwararike*+.