Matayo 27:58 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 58 Uwo mugabo araheza aja kwa Pilato, amusaba ikiziga ca Yezu+. Pilato aca ategeka ko bakimuha+.