Matayo 27:61 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 61 Ariko Mariya Magadalena n’umwe Mariya wundi baguma ng’aho, bicaye imbere y’iyo mva+.