Mariko 1:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Abantu bose bo mu karere ka Yudaya n’i Yeruzalemu baguma baza kuri we, na we akababatiza* mu ruzi Yorodani, kandi bakatura icese ibicumuro vyabo+.
5 Abantu bose bo mu karere ka Yudaya n’i Yeruzalemu baguma baza kuri we, na we akababatiza* mu ruzi Yorodani, kandi bakatura icese ibicumuro vyabo+.