Mariko 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Amara imisi 40 mu bugaragwa ariko ageragezwa na Shetani+. Yari kumwe n’ibikoko vyo mw’ishamba, ariko abamarayika baguma bamwitwararika+.
13 Amara imisi 40 mu bugaragwa ariko ageragezwa na Shetani+. Yari kumwe n’ibikoko vyo mw’ishamba, ariko abamarayika baguma bamwitwararika+.