Mariko 1:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Aciye ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya, abona Simoni na mwenewabo Andereya+. Bariko baterera insenga mu kiyaga+, kuko bari abarovyi+.
16 Aciye ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya, abona Simoni na mwenewabo Andereya+. Bariko baterera insenga mu kiyaga+, kuko bari abarovyi+.