Mariko 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Atora* umugwi w’abantu 12, ari na bo kandi yise intumwa. Abo rero bari kugumana na we, akabarungika kwamamaza inkuru nziza
14 Atora* umugwi w’abantu 12, ari na bo kandi yise intumwa. Abo rero bari kugumana na we, akabarungika kwamamaza inkuru nziza