Mariko 3:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Hanyuma nyina wiwe na benewabo+ baraza. Bahagarara hanze maze batuma umuntu kumuhamagara+.