Mariko 3:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ico gihe abantu benshi bari bicaye bamukikuje, maze bamubwira bati: «Nyoko wawe na benewanyu bari hanze, kandi bariko barakurondera+.»
32 Ico gihe abantu benshi bari bicaye bamukikuje, maze bamubwira bati: «Nyoko wawe na benewanyu bari hanze, kandi bariko barakurondera+.»