Mariko 4:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ariko bamaze kugatera, karakura kakavamwo igiterwa kinini kuruta ibindi vyose*, kandi kikazana amashami manini ku buryo inyoni zo mu kirere zibera mu gitutu caco.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:32 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 90 Umunara w’Inderetsi,15/7/2008, rup. 17-19, 21
32 Ariko bamaze kugatera, karakura kakavamwo igiterwa kinini kuruta ibindi vyose*, kandi kikazana amashami manini ku buryo inyoni zo mu kirere zibera mu gitutu caco.»