Mariko 4:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Ariko bagira ubwoba bwinshi, maze babwirana bati: «None uyu muntu ni bwoko ki? Mbere n’umuyaga n’ikiyaga biramwumvira+!» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:41 Yezu ni inzira, rup. 113
41 Ariko bagira ubwoba bwinshi, maze babwirana bati: «None uyu muntu ni bwoko ki? Mbere n’umuyaga n’ikiyaga biramwumvira+!»