-
Mariko 5:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Na we arazemerera. Izo mpwemu mbi zica ziva muri uwo muntu zinjira muri izo ngurube. Ubwo busho buca bushunguruka imanga, bugwa mu kiyaga maze buratwarwa. Zari nk’ingurube 2.000.
-