Mariko 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abungere bazo baca barahunga, baja kwigana iyo nkuru mu gisagara no hagati mu gihugu. Abantu baca baza kuraba ivyabaye+.
14 Abungere bazo baca barahunga, baja kwigana iyo nkuru mu gisagara no hagati mu gihugu. Abantu baca baza kuraba ivyabaye+.